La Chorale les Séraphins

Communion

Eger’ameza meranda

 

 

R/ Eger’ameza meranda

Eger’uronk’ubuzima

Ni Yezu umwana w’Imana

Yitanze m’Ukaristiya

 

1. Infungurw’ugiye kwakira

Niwamubiri w’Umukama

Ariko, uribuka kwitegura(2x)

                      R/

2. Infungurw’ugiye kwakira

Niyamaraso y’umukama

Ariko, uribuka kwitegura(2x)

                      R/

3. Infungurw’ugiye kwakira

Ni ca kigongwe c’Umukama

Ariko, uribuka kwitegura

                       R/

**************************************************

Ingo mwakir’Imana y’ Urukundo

 

 

R/ Ingo mwakir’Imana y’urukundo

Iri mw’isaklamentu ry’urukundo

 

- Mfise umutima wahimbawe cane

Numvise y’uko ndonka Yezu wanje.

 

- Shaza tugende se mutima wanje

 Kwakira Yezu we  mukiza wan

 

- Sinosigura agahimbare kanje,

 Ijuru ryose riri muri jewe.

 

- Mahoro yanje sangwe sangwe cane

 Magara yanje mwaramutse neza.

 

- Ndanezerewe ko nje kuguhabwa,

Ubu n’iminsi yose,Mana yanje

 

*******************************************

L'homme de Galilée

 

1. Je suis Heureuse car Jésus m'a sauvé

Par son Amour, il m'a tout pardonné

Voilà pouquoi je me mets à chanter

Je suis heureuse car Jésus m'a sauvé

 

R) Oui j'aime, j'aime l'homme de Galilée (X2)

Mon péché pardonné mon amour accepté

Oui j'aime, j'aime l'homme de Galilée,


Je t'aime de l'amour du Seigneur (x2)

Mon péché pardonné mon amour accepté

Oui j'aime, j'aime l'homme de Galilée.

 

2.Je suis heureuse car Jésus s'est livré

  Pour me sauver, il a versé son sang

  Voilà pourquoi je me mets à chanter

   Il s'est livré pour laver mes péchés.

 

3.Je suis heureuse car Jésus est vivant

   il nous appelle et nous dit qu'il nous aime

   Par cet amour je me mets à chanter

   Il est vivant aujourd'hui et demain

 

4.Je suis heureuse car le Père m'a aimé

   En me donnant son cher fils bien-aimé

   Par cet amour je me mets à chanter

   Il m'a sauvé pour toute éternité.

 

***********************************

None twomuh’iki

R/   None twomuha iki?Twe bana b’Imana?

Imitima yacu hamwe n’ urukundo.

Shimagizwa, Mwami (Umwami w’ abami).

Mucunguzi wacu, n’uduhe umutima w’ugukora ivyiza.

 

1/ Nguyu umucunguzi, yavuye mw’ ijuru,

Yaje kudukiza, hano kw’isi yacu.

 

(Nguyu) Ng’uyu umucunguzi, yavuye mw’ ijuru, Aleluia

Yaje kudukiza, hano kw’isi yacu.

 

2/ Mwa  ntwari za Yezu, dusenge Umukiza ;

Niwe yadutoye, natwe  turi abiwe.

 

(Mwa ntwari) Mwa  ntwari za Yezu, dusenge Umukiza ;Aleluia

Niwe yadutoye, natwe  turi abiwe.

 

 3/ None rero natwe, turagukikije :

N’ uduhe umutima wo gukora ivyiza.

 

(None) None rero natwe, turagukikije :Aleluia

N’ uduhe umutima wo gukora ivyiza.

 

********************************************************

  Nshengeye


Nshengeye nj’iwawe guterama

Mbe mwiriwe Dawe nteramiye

Uraho ga muvyeyi nzirikana

 

1/ Ndashonje ndahwera Mukama we

Ntez’amashi Daw’ ungaburire

 

2/ N’umukada munda, Mukama we

N’urwuya rwandenze Mukama we

 

3/ Ndanyotewe cane Mukama we

N’inzara n’akantu Mukama we

 

4/ Nabuz’ico nkunda Mukama we

Nkundana n’umwansi Mukama we

 

5/ Umutwenzi wakika Mukama we

Ngo vyuka tugende Mukama we

 

6/ Ukuri ndakwanka Mukama we

Bambarira ryiza nkababara

 

7/ Umutim’uracitse Mukama we

Nc’ikir’ikirimba ndaterama

 

8/ Jewe mpora nshengera manuka

Noneho nje nduga guterama

 

9/ Niwe Mana yanje nirukira

Ur’umuvyeyi mwiz’uranyumvira

 

*****************************************************

Oh Seigneur ce pain d’amour .

 

 

R/ Oh Seigneur ce pain d’amour,

C’est toi qui nous le donnes

Jusqu’ à la fin de nos jours,

Gardes-nous dans ton amour…

 

1/ Et si longs sont nos chemins

Si longue est notre peine

Comme au soi des pèlerins,

Viens nous partager le pain.

 

2/ Toi qui viens pour nous aimer

Et nos apprendre à vivre

Donnes-nous de partager,

Ton amour de vérité

 

3/ Apprends- nous à partager

Tout ce que tu nous donnes

 Oh Seigneur, ne rien garder

 En tes mains m’abandonner

 

***************************************************

 

 

 

 

 



05/12/2011
0 Poster un commentaire

Inscrivez-vous au blog

Soyez prévenu par email des prochaines mises à jour

Rejoignez les 11 autres membres